MTR KINGDOM Promo
tugerageje kuraba umuririmvyi SAT B ibikorwa no mungendo amaze imisi akora akaba ari umuririmvyi afise ico agomba guhindura na cane cane mumuziki wu Burundi akaba yerekanye ibintu bimwe bimwe bituma umuziki wacu udatera imbere na cane cane ko umuririmvyi usanga atiyemera ngo bikanatuma adashobora kurenga imbibe ngo arabe aho hanze ingene umuziki ukorwa canke udandazwa mbere agashima ko yahavuye anaronka impanuro nyinshi zimwe zikanatuma na compte yiwe ya instagram avaho ibaye verified aho benshi vyabatangaje kuba ari umu star ariko akaba ataramenya uko yokurikirana imbuga ziwe kandi vyba ngo agiye kubazanira nibindi kuko agomba gufata akarere ka East Africa kugira bizomuhe kurengana Africa nahandi.:SAT B rero akaba ari umuririmyi yavuye kure aho ubona ko atanguvu bimuca ahubwo aguma akangurira abandi baririrmvyi bakiri bato ngo bamenye ico bariko barakora kandi imiryango iruguruye ibuze abayinjiramwo Umuziki NDUNDI ngo ategerezwa kuwushikana ahantu kugira urunganwe rushasha ruzorabireho akarorero /SAT B akaba nafise LABO yiwe ario EMPIRE AVENUE ariko ibikorwa vyayo bikabonekera muriwe aho neza na neza biramenyekana uko yoba itunganijwe
MTR Kingdom Iguma ibazanira ayandi makuru yiwe vuba
Article n5 :DJ Saido




5 Commentaires
Uyo nigihangange kbsa
RépondreSupprimerMERCI
RépondreSupprimerUmuziki muburundi gutera imbere sunomusi kuko uracafise ibibazo vyinsh kandi ntanimw azicakora mumuziki ndundi b
RépondreSupprimerTurabona ko yasaze
RépondreSupprimerccc
RépondreSupprimermessage recue et merci
Emoji